Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 22:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 abandi na bo bafata abakozi biwe barabakubagura, hanyuma barabica.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abasigaye bafata abo bagendanyi biwe, babakorera ibara, barabica.

Gade chapit la Kopi




Matayo 22:6
16 Referans Kwoze  

Na Sawuli ni ho yari ari, kandi yari ashigikiye ko Sitefano yicwa. Uwo musi haca haduka ihamwa rikomeye kw’ishengero ry’i Yerusalemu, maze abigishwa bose, kiretse intumwa, basanzarira i Yudaya n’i Samariya.


Ariko, habura n’umwe avyitaho, bose bigira mu vyabo, umwe mw’itongo, uwundi mu bucuruzi,


Maze umwami araraka cane, aca arungika ingabo ziwe kwica izo nkozi z’ibibi, bongera batongoza umuriro igisagara cazo.


Azotangwa ahabwe Abanyamahanga, bamucokore, bamutuke, bamucireko amate,


Mwibuke abari mu mabohero, nk’aho mwoba muri kumwe na bo mw’ibohero. Mwibuke abababazwa nk’aho namwe mwumva ububabare bwabo mu mibiri yanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite