Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 22:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 “Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umusi mukuru w’ubukwe umwami yateguriye umuhungu wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 at’ Ubgami bgo mw ijuru busa n’umwami atahisha ubukwe bg’umwana wiwe arongora.

Gade chapit la Kopi




Matayo 22:2
15 Referans Kwoze  

Yesu abacira uwundi mugani ati: “Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umuntu yabivye imbuto nziza y’uburo mu murima wiwe.


Mfise ipfuhe ryinshi mu Mana ku bwanyu. Nabemereye ko muzogira ubukwe n’umugabo umwe gusa, ari we Yesu Kristo, kugira ngo nzobashikane imbere yiwe muri inkumi zitagira agatosi.


Yesu yongera kuvugana na bo mu migani, ababwira ati:


mumere nk’abanyarugo barindiriye ko shebuja ava mu bukwe kugira ngo bace bamwugururira niyashika akadodora.


Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite