Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 22:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Aramubaza ati: ‘Mugenzi, winjiye gute hano kandi utambaye impuzu y’ubukwe?’ Uwo muntu ntiyashobora kuronka ico yishura.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 aramubaza, ati Mugenzi wanje, winjiye ute hano utambaye impuzu y’ubukwe? Arajorerwa.

Gade chapit la Kopi




Matayo 22:12
13 Referans Kwoze  

Ni co gituma mudakwiye guca urubanza igihe co guca imanza kitaragera; nimurindire gushika Umwami Yesu agarutse. Ni we azonyegurura ivyanyegejwe mu mwijima, yongere ashire ahabona ivyiyumviro vyo mu mitima y’abantu. Aho ni ho umuntu wese azohabwa n’Imana ishimwe rimukwiye.


Ariko nyene umurima abwira umwe muri bo ati: ‘Mugenzi, nakurenganije? Mbega ntiwari wemeye gukorera idenariyo imwe?


Kuko abantu nk’abo bataye inzira y’ukuri, kandi ivyaha vyabo birabatsindisha.


Yesu aramubwira ati: “Mugenzi, kora ikikuzanye!” Ba bantu baca bashorera amaboko kuri Yesu, baramufata.


Noneho turazi ko ivyo ivyagezwe vyigisha biraba abaganzwa na vyo, kugira ngo ntihagire uwuronka ico yireguza kandi isi yose iboneke ko ikwiye gutsindwa n’urubanza rw’Imana.


Ndababwire ukuri, ukugororoka kwanyu niyo kutaruta ukw’abigisha b’Ivyanditswe n’ukw’Abafarisayo, ntimuzoruha mwinjira mu Bwami bw’ijuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite