Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 21:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Abenshi mw ishengero basasa impuzu zabo mu nzira, abandi baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.

Gade chapit la Kopi




Matayo 21:8
6 Referans Kwoze  

Maze baca amashami y’ibigazi, baja kumusanganira basemerera bati: “Hozana!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!” “Hahezagirwe Umwami wa Isirayeli.”


Bazana ya ndogoba n’inyana yayo, bazisasako impuzu zabo, hanyuma Yesu yicara kuri ya nyana.


Maze abantu benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo basasa amashami y’ibiti baciye ku misozi.


Kandi aho yaca hose, abantu baca basasa impuzu zabo mu nzira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite