Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 21:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Bazana ya ndogoba n’inyana yayo, bazisasako impuzu zabo, hanyuma Yesu yicara kuri ya nyana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 bazana indogoba n’inyana yayo, bazisasakw impuzu zabo, yicarako.

Gade chapit la Kopi




Matayo 21:7
6 Referans Kwoze  

ababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga indogoba n’inyana yayo ziziritswe. Muce muzizitura muzinzanire.


Abo bigishwa baragenda, babikora nk’uko Yesu yabibabariye.


Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite