Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 21:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Umuntu wese azogwa kuri iryo buye azovunagurika, kandi uwo rizogwako, rizomusya.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Arik’ ūzogwa kur’ iryo buye azovunagurika; arik’ uwo rizogwako rizomuvungura.

Gade chapit la Kopi




Matayo 21:44
22 Referans Kwoze  

Kandi ngo: “Ni ibuye ritsitaza, n’urutare rugwisha.” Batsitara kuko batumvira ubutumwa bari barateguriwe.


iryo Ivyanditswe Vyera bivugako ngo: “Ehe ndashira i Siyoni ibuye ritsitaza, n’urutare rugwisha. Ariko uwumwizera ntazokwigera amaramara.”


Umuntu wese azogwa kuri iryo buye azovunagurika, uwo rizogwako rizomusya.”


Abantu bose barishura bati: “Amaraso yiwe azotwagire twebwe n’abana bacu!”


mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko.


Umwana w’Umuntu agiye gupfa nk’uko Ivyanditswe bivuga. Ariko aragowe uwo muntu amugurishije! Vyari kumubera vyiza iyo atavuka!”


Yesu aramwishura ati: “Nta bubasha wari umfiseko iyo utabuhabwa n’Imana. Ni co gituma uwakunshikirije yakoze icaha kiruta icawe.”


Ndababwire, muzokwakwa Ubwami bw’Imana, buhabwe ayandi mahanga azokwama ivyamwa bikwiranye na bwo.


Abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo bumvise iyo migani ya Yesu, bamenya ko ari bo yariko aravuga.


Nuko Simeyoni arabahezagira, maze abarira Mariya ati: “Uwu mwana ashizweho kugira ngo, muri Isirayeli, abantu benshi bagwe, abandi bavyuke. Azoba ikimenyetso kivuye ku Mana, ariko benshi bazomugwanya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite