4 Ivyo vyabaye kugira ngo ijambo ry’uwavugishwa n’Imana rishike; ryavuga ngo:
4 Ivyo vyabayeho ngw ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana bishike,
“Ntutinye, Mukobwa w’i Siyoni; raba, umwami wawe araje, yicaye ku nyana y’indogoba.”
Ivyo vyose vyabaye kugira ngo ivyo Umwami Imana yari yaravugishije abavugishwa na we bishike, ngo:
Ariko, ibi vyose bibaye kugira ngo Ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana bishike.” Ubwo nyene abigishwa biwe bose baramuta barahunga.
Nihagira uwugira ico ababaza, mumwishure muti: Umwami arazikeneye, kandi aca azisubiza adatevye.”
Nuko baca bayizanira Yesu, bayisasako impuzu zabo, na we ayicarako.
Baca bayizanira Yesu, bayisasako impuzu zabo, bayimwicarikako.
Ku musi ukurikira, abantu benshi bari baje mu misi mikuru ya Pasika bumva ko Yesu ari mu nzira aja i Yerusalemu.