Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 21:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Nihagira uwugira ico ababaza, mumwishure muti: Umwami arazikeneye, kandi aca azisubiza adatevye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ni hagira ūbabaza, mumubgire, muti Databuja ni we azigomba. Aca azirungika.

Gade chapit la Kopi




Matayo 21:3
18 Referans Kwoze  

Ntikeneye ko abantu bayifasha nkaho umenga hari ico ibuze, kuko ari yo nyene iha abantu ubuzima no guhumeka, hamwe n’ibindi vyose.


Kuko muzi ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo, ko n’aho yari umutunzi wa vyose, yigize umukene ku bwanyu kugira ngo mu bukene bwiwe mube abatunzi.


Se arakunda Umwana kandi yamuhaye kuganza vyose.


Wamuhaye ububasha ku bantu bose kugira ngo ahe ubugingo budashira abo wamuhaye bose.


Ndashima Imana yashize mu mutima wa Tito umwitwarariko nk’uwanje ku bwanyu.


Ingabire yose nziza kandi itunganye iva ku Mana Data, yaremye umuco wose wo mw’ijuru, kandi muri we ntihigera habaho guhindagurika kurya kw’igitutu.


ababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga indogoba n’inyana yayo ziziritswe. Muce muzizitura muzinzanire.


Ivyo vyabaye kugira ngo ijambo ry’uwavugishwa n’Imana rishike; ryavuga ngo:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite