Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 21:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Yesu n’abigishwa biwe begereje i Yerusalemu, bashika ahitwa Betifage ku Musozi wa Elayono. Yesu aca atuma babiri mu bigishwa ngo babitangire imbere,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Bageze hafi y’i Yerusalemu, bashikira i Betifage ku musozi wa Elayono, Yesu atuma abigishwa babiri,

Gade chapit la Kopi




Matayo 21:1
13 Referans Kwoze  

Nuko Yesu aduga ku Musozi wa Elayono.


Imisi yose Yesu yama yigishiriza mu rusengero, ku mugoroba akava mu gisagara akaja kurara ku Musozi wa Elayono,


Bahejeje kuririmba barasohoka, baja ku Musozi Elayono.


Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi Elayono, biherereye, abigishwa biwe baramubaza bati: “Tubwire, ivyo bizoshika ryari, kandi ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ukugaruka kwawe n’umuhero w’isi?”


Nuko baca bava kuri uwo Musozi wa Elayono, basubira i Yerusalemu; ni urugendo rungana hafi ikilometero kimwe.


Hanyuma Yesu aca ajana n’abigishwa biwe ku Musozi wa Elayono nk’uko yari asanzwe abigenza.


Bahejeje kuririmba barasohoka baja ku Musozi wa Elayono.


Yesu abumvira ikigongwe, aca abakora ku maso; ubwo nyene baca barahumuka baramukurikira.


ababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga indogoba n’inyana yayo ziziritswe. Muce muzizitura muzinzanire.


Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi wa Elayono aharabana n’urusengero, Petero, Yakobo, Yohana na Andereya baramubaza biherereye bati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite