Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 20:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Nk’isaha icumi n’imwe z’umugoroba, aragenda abona abandi bahagaze ata co bariko barakora. Ababaza ati: ‘Ni kuki umusi wose uheze muhagaze ngaho ata co muriko murakora?’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kandi nko kw isaha cumi n’imwe aragenda, abona abandi bīhagarariye; arababgira, ati Mbega ko mwahagaze hano umusi wose ata co mukora?

Gade chapit la Kopi




Matayo 20:6
10 Referans Kwoze  

Ivyo bizotuma mutaba abanebwe, ahubwo muzoba abigana abaragwa b’ivyasezeranywe, biciye mu kwizera no kuramiriza.


Dutegerezwa gukora ibikorwa vy’uwantumye hakibona. Ijoro riraje, aho ata wushobora gukora.


(Mu bisanzwe abantu bo muri Atenayi n’abanyamahanga bahaba bama bahura ata kindi kibahuje atari ukuvuga n’ukwumviriza inkuri nshasha.)


Maze baja mu murima wiwe. Nyene umurima yongera aragenda nk’isaha zitandatu n’isaha icenda, akora kwa kundi nyene.


Baramwishura bati: ‘Ni kubera twabuze uwuduha ico dukora.’ Na we arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje.’


Abakoze kuva isaha icumi n’imwe z’umugoroba, bahembwa idenariyo imwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite