Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 20:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Maze baja mu murima wiwe. Nyene umurima yongera aragenda nk’isaha zitandatu n’isaha icenda, akora kwa kundi nyene.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Yongera kugenda kw isaha zitandatu no ku y’icenda, agira kuno.

Gade chapit la Kopi




Matayo 20:5
15 Referans Kwoze  

Bukeye, nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango, ba bantu bakiri mu nzira bagira bashike i Yopa, Petero aduga ku gisenge c’inzu gusenga.


Umusi umwe, hari nk’igihe c’isaha icenda z’umuhingamo, yerekwa abona mu buryo bugarara umumarayika w’Imana yinjiye aho ari, akavuga ati: “Koruneliyo!”


Umusi umwe Petero na Yohana bari baduze mu rusengero gusenga, hari kw’isaha y’icenda.


Yesu arabishura ati: “Mbega umurango ntugizwe n’amasaha cumi n’abiri? Uwugenda ku murango ntashobora gutsitara, kuko abonesherezwa n’umuco w’iyi si.


Aho ni ho hari iriba rya Yakobo. Yesu aruhijwe n’urugendo, yicara kuri iryo riba. Aho hari nk’isaha zitandatu z’umurango.


Arabishura ati: “Nimuze muhirabire.” Aho hari nk’isaha cumi. Nuko bajana na we, babona aho yatse indaro, baca bamarana na we uwo muhingamo.


Kuva isaha zitandatu z’umurango kugeza isaha y’icenda, haba umwijima, utwikira igihugu cose.


Arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje, ndabaha impembo mukwiranye.’


Nk’isaha icumi n’imwe z’umugoroba, aragenda abona abandi bahagaze ata co bariko barakora. Ababaza ati: ‘Ni kuki umusi wose uheze muhagaze ngaho ata co muriko murakora?’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite