Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 20:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 bavuga bati: ‘Abakoze isaha imwe ubahemba co kimwe natwe twiriwe turakora ku ruzuba ruri aho!’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 bat’ Abaherutse kuza, bagakora isaha imwe gusa, none k’ubaringanije natwe twacumukuye umurango wose no mu ndugumba!

Gade chapit la Kopi




Matayo 20:12
20 Referans Kwoze  

Mubonye umuyaga uhuhuse uva mu bumanuko, muca muvuga muti: ‘Hagira haze ubushuhe,’ kandi bica biba uko nyene.


Izuba ryatse ubushuhe bwaryo bwumisha igiterwa; ishurwe ryaco rigakoroka n’ubwiza bwaryo bugakurwaho. Uko ni ko n’umutunzi azokwuma ari mu bikorwa vyiwe.


Iryo banga ni iri: Abanyamahanga co kimwe n’Abisirayeli, bose iyo bizeye Ubutumwa Bwiza, basangira umugabane w’abana b’Imana. Bose bagize umubiri umwe, kandi basangiye n’isezerano ry’imihezagiro Imana yasezeranye muri Kristo Yesu.


Gushika n’ubu turasonza kandi tukanyoterwa, ntitugira ico twambara, turakubitwa, kandi ntitugira aho tuba.


Hari Imana imwe gusa, kandi yemera abantu ko bagororotse biciye mu kwizera, baba Abayuda canke abanyamahanga.


None twokwirata iki? Nta na kimwe! Kuko kwemerwa n’Imana kwacu ntikuva ku kwubahiriza ivyagezwe, ariko kuva ku kwizera.


Abo bamaze guhembwa baca bidodombera nyene umurima,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite