Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 20:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Abo bamaze guhembwa baca bidodombera nyene umurima,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Bayahawe bidodombera nyen’ uruzabibu,

Gade chapit la Kopi




Matayo 20:11
14 Referans Kwoze  

mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko.


Ababibonye bose batangura kwidodomba bati: “Agiye kurara mu nzu y’umunyavyaha!”


Abo bantu ni abanyamwikomo bama bidodombera abandi; bakurikira ivyipfuzo vyabo bibi; barishira hejuru kandi bakoresha amajambo meza babesha abandi mu kurondera inyungu.


Abayuda babonye ayo masinzi bagira ishari, batangura kuvuga ibinyuranye n’ivyo Pawulo yariko aravuga, banamutuka.


Maze Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe batangura kwidodomba bati: “Uwu mugabo yicarana n’abanyavyaha, agasangira na bo!”


Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe babaza abigishwa ba Yesu bamwidodombera bati: “Ni kuki mwicarana n’abatozakori n’abandi banyavyaha, mugasangira na bo?”


Maze abahawe igikorwa ubwa mbere baza guhembwa bazi ko baronka menshi kurusha. Ariko na bo nyene bahembwa idenariyo imwe.


bavuga bati: ‘Abakoze isaha imwe ubahemba co kimwe natwe twiriwe turakora ku ruzuba ruri aho!’


Iyo agurishwa yari kuvamwo idenariyo zirenga amajana atatu, maze ayo mafaranga agafasha aboro.” Banegura cane ivyo uwo mugore akoze.


Maze Abayuda batangura kumwidogera kuko avuze ati: “Ni jewe mukate wamanutse uva mw’ijuru.”


Yesu amenye ko abigishwa biwe bariko baridoga, arababaza ati: “Mbega ivyo ndababwiye birabatsitaje?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite