Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 2:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Hanyuma Herode ahamagaza mu mpisho ba banyabwenge agerageza kubabaza neza igihe iyo nyenyeri yabonekeye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Buno Herode ahamagaza ba banyabgenge mu mpisho, abasiguza igihe iyo nyenyeri yabonekeye.

Gade chapit la Kopi




Matayo 2:7
16 Referans Kwoze  

Ca kiyoka kigerageza gusuka uruzi runini ruva mu kanwa kaco kugira ngo wa mugore atwarwe.


Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu ntara ya Yudaya, ku ngoma y’umwami Herode, abanyabwenge mu vy’inyenyeri bavuye mu buseruko baja i Yerusalemu.


Aca arabarungika i Betelehemu, ababwira ati: “Genda mubaze neza ivyerekeye uwo Mwana. Mumaze kumubona, muce mugaruka mumbwire kugira ngo nanje nje kumushengerera.”


Herode abonye ko ba banyabwenge mu vy’inyenyeri mu buseruko bamuhenze, arashavura cane, aca arungika abasoda kwica abana bose b’i Betelehemu no mu micungararo yaho, bafise imyaka ibiri n’abatarayikwiza akurikije igihe yabonaniye na ba banyabwenge.


Maze Felisi, yari asanzwe azi neza ivy’Inzira y’Umwami Yesu, aca yungururiza urubanza ku rindi sango, avuga ati: “Lusiyasi umukuru w’abasoda niyaza nzoheza ndabacire urubanza.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite