Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 2:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Yosefu arahaguruka, afata umwana na nyina basubira mu gihugu ca Isirayeli.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Avyutse, ajana umwana na nyina, aragenda, ashika mu gihugu c’i Bgisirayeli.

Gade chapit la Kopi




Matayo 2:21
4 Referans Kwoze  

Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo ave mu gihugu ciwe aje mu kindi yari igiye kumuha ngo kibe iciwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye.


amubwira ati: “Haguruka ujane umwana na nyina usubire mu gihugu ca Isirayeli, kuko abahora barondera kwica uwo mwana bamaze gupfa.”


Ariko amaze kwumva ko Arukelayosi ari we atwara intara y’i Yudaya mu gishingo ca se Herode, aca aratinya kujayo, mu nyuma amaze kuburirwa n’Imana mu ndoto, aja mu ntara y’i Galilaya,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite