Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Uko ni ko ivyo uwavugishwa n’Imana Yeremiya yavuze vyashitse ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ni ho ivyavuzwe na Yeremiya yavugishwa n’Imana vyashikiye,

Gade chapit la Kopi




Matayo 2:17
5 Referans Kwoze  

Herode abonye ko ba banyabwenge mu vy’inyenyeri mu buseruko bamuhenze, arashavura cane, aca arungika abasoda kwica abana bose b’i Betelehemu no mu micungararo yaho, bafise imyaka ibiri n’abatarayikwiza akurikije igihe yabonaniye na ba banyabwenge.


“Induru yumvikaniye i Rama, amarira n’amaborogo menshi: Rasheli aririra abana biwe kandi yanse guhozwa kuko batakiriho.”


Uko ni ko ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yeremiya vyashitse, aho yavuze ngo: “Bafashe vya biceri vy’ifeza mirongo itatu, ikiguzi Abisirayeli babonye ko akwiriye,


agumayo kugeza Herode apfuye. Uko ni ko Umwami Imana yashikije ivyo yari yaravuze aciye ku wavugishwa na we ngo: “Nahamagaye umwana wanje ngo ave muri Egiputa.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite