Matayo 19:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kandi ndababwire, umuntu wese yirukana umugore atamuhoye ubusambanyi, hanyuma akarongora uwundi, aba asambanye.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko ndababgire: Umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhōye ubusambanyi, akābīra uwundi, aba asambanye; kand’ uwābīra uwahukanye aba asambanye. Gade chapit la |