Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 19:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Yesu arabishura ati: “Mose yabemereye kwirukana abagore banyu, kuko imitima yanyu ikomantaye. Ariko mu ntango ntivyari bimeze uko.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Arabishura, ati Mose yabarekuye kwirukana abagore banyu kukw imitima yanyu ikomantaye. Arik’ uhereye ubga mbere hose ntivyari bimeze birtyo.

Gade chapit la Kopi




Matayo 19:8
14 Referans Kwoze  

Yesu arabishura ati: “Yanditse ico cagezwe kuko imitima yanyu ikomantaye.


Ibi ndabibabwiye nk’impanuro si itegeko ndabahaye.


Abo badayimoni binginga Yesu bati: “Ugomvye kutwirukana, twemerere tuje muri ziriya ngurube.”


Yesu aramwishura ati: “Reka tubikore gutyo, kuko bikwiye ko dushitsa ibigororotse.” Yohana aca yemera kumubatiza.


Baramubaza bati: “None ni kuki Mose yategetse ko umugabo yandikira umugore urwandiko rwemeza ko bavavanuye, hanyuma akamwirukana?”


Kandi ndababwire, umuntu wese yirukana umugore atamuhoye ubusambanyi, hanyuma akarongora uwundi, aba asambanye.”


Mu nyuma Yesu yiyereka bamwe cumi n’umwe bariko barasangira. Arabahambarira kubera ukutizera n’ugukomantaza imitima kuko banse kwemera ivyo babwiwe n’abamubonye amaze kuzuka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite