Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 19:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Baramubaza bati: “None ni kuki Mose yategetse ko umugabo yandikira umugore urwandiko rwemeza ko bavavanuye, hanyuma akamwirukana?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Baramubaza, bati None se, n’iki catumye Mose agera ko bamuha icete co kuvāvānura, akamwirukana?

Gade chapit la Kopi




Matayo 19:7
9 Referans Kwoze  

Vyaravuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Umuntu niyirukana umugore wiwe, azomuha urwandiko rwemeza ko bahukanye.’


Baramwishura bati: “Mose yaremeye ko umuntu ashobora guha umugore wiwe urwandiko rwemeza ko bahukanye hanyuma akamwirukana.”


Kubera ko Yosefu yari umuntu atunganye, yiyumvira ingene yomuheba mu mpisho, kuko atagomba kumutetereza mu bantu.


Gutyo ntibaba bakiri babiri, ahubwo baba babaye umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura.”


Yesu arabishura ati: “Mose yabemereye kwirukana abagore banyu, kuko imitima yanyu ikomantaye. Ariko mu ntango ntivyari bimeze uko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite