Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 19:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Yesu arabishura ati: “Ntimurasoma ko mu ntango Umuremyi yabaremye ari umugabo n’umugore,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Na we arabishura, ati Nta ho murasoma yuk’ uhereye mbere na mbere Rurema yabaremye bar’ uburyo bubiri,

Gade chapit la Kopi




Matayo 19:4
15 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura ati: “Ivyagezwe vya Mose bivuga iki? Ubitahura gute?”


Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu Vyanditswe ingene Imana yavuze iti:


Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje?


Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu gitabu ca Mose, aho yandika ivy’igisaka caka kitarurumba? Handitswe ko Imana yamubwiye iti: ‘Ndi Imana ya Aburahamu, ya Isaka, n’iya Yakobo.’


Mbega ntimurasoma aya majambo yo mu Vyanditswe avuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye, ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka.


Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje, ata co kurya bafise?


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje?


Abo bigishwa baragenda, babikora nk’uko Yesu yabibabariye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite