Matayo 19:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Hanyuma haza umusore umwe, aramubaza ati: “Mwigisha, iciza nokora ni ikihe kugira ngo nze ndagwe ubugingo budashira?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Haza umuntu kuri we, aramubaza, ati Mwigisha, nkore iciza ki ngo ndonke ubugingo budashira? Gade chapit la |