Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 19:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Yesu arabishura ati: “Si bose bashobora kwemera iyi nyigisho kiretse abo Imana ibishoboje.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Na we arababgira, ati Si bose bashobora kwemera iryo jambo, atar’ abābihawe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 19:11
7 Referans Kwoze  

Ariko rero umuntu wese akwiye kubandanya abaho ubuzima Umwami yamuhitiyemwo, no kuguma uko yari ari imbere y’uko Imana imuhamagara. Iri ni ryo tegeko ntanga mu mashengero yose.


Ibi ndiko ndabivuga ku neza yanyu, sindiko ndabaremereza amategeko. Nshaka ko mukora ikiborohereza gukorera neza Umwami ata bibasamaza.


Ariko kubera ubusambanyi buhari, umugabo wese akwiye kugira umugore wiwe, kandi umugore wese akwiye kugira umugabo wiwe.


Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe.


Abigishwa biwe baramubwira bati: “Aho ho rero nimba ivy’abagabo n’abagore bimeze uko, umuntu yopfuma areka kurongora.”


Kuko hariho bamwe bavutse ari inkone, hari n’ababaye inkone babigizwe n’abandi, hakaba rero n’abahisemwo kutarongora kubera Ubwami bw’ijuru. Uwushobora kuvyemera avyemere.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite