Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 18:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Muri ico gihe, abigishwa begera Yesu baramubaza bati: “Mbega ni nde mukuru mu Bwami bw’ijuru?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mur’ uwo mwanya abigishwa baza kuri Yesu, baramubaza, bat’ Umukuru mu bgami bgo mw ijuru ni nde?

Gade chapit la Kopi




Matayo 18:1
13 Referans Kwoze  

Ntihakagire ico mukora musunitswe n’ukwikunda canke n’ukwishira hejuru, ariko mu kwicisha bugufi, mushire abandi imbere.


Umukuru cane muri mwese, ategerezwa kuba umukozi wanyu.


Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Abampamagara bose ngo: Mwami, Mwami, si bo bazokwinjira mu Bwami bw’ijuru, ariko ni abakora ivyo Data wo mw’ijuru agomba.


avuga ati: “Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi.”


Yesu aca ahamagara umwana mutoya, amuhagarika hagati yabo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite