Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 17:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Namuzaniye abigishwa bawe ariko vyanse ko bamukiza.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Namuzaniye abigishwa bawe, ariko vyabananiye kumukiza.

Gade chapit la Kopi




Matayo 17:16
7 Referans Kwoze  

Ninginze abigishwa bawe ngo bayirukane ariko vyabananiye.”


Biciye mu kwizera izina rya Yesu, uwu muntu yakize. Ni izina rya Yesu n’ukwizera kuva kuri we vyamukijije neza nk’uko muvyibonera mwese.


Aramubwira ati: “Mwami, girira impuhwe umuhungu wanje, kuko arimwo idayimoni itera intandara kandi arababaye cane. Ni kenshi imuta mu muriro canke mu mazi.


Yesu yishura avuga ati: “Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nzanira uwo mwana hano.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite