Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 17:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Yesu arabishura ati: “Ni ukuri, Eliya ategerezwa kubanza kuza kugira ngo asubize vyose mu buryo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Arabishura, ati Eliya azoza koko, aroranye vyose neza.

Gade chapit la Kopi




Matayo 17:11
7 Referans Kwoze  

Uwo akwiye kuja mw’ijuru kurindirirayo igihe ivy’Imana yavugiye mu kanwa k’abavugishwa na yo bera vyose bishitse.


Hanyuma abigishwa baramubaza bati: “Ni kuki abigisha b’ivyagezwe bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza?”


Ariko ndababwire, Eliya yaramaze kuza, yamara ntibamumenye, ahubwo bamukoreye ivyo bishakiye. Uko ni ko n’Umwana w’Umuntu bagiye kumugirira nabi.”


Abari bakoraniye hamwe na we baramubaza bati: “Mwami, none ubu ni ho ugomba ugarukane ubwami bwa Isirayeli?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite