Matayo 17:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Hanyuma abigishwa baramubaza bati: “Ni kuki abigisha b’ivyagezwe bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Abigishwa baramubaza, bati None rero n’iki gituma abanyabgenge b’ivyanditswe bavuga yuko Eliya akwiye kubanza kuza? Gade chapit la |