Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 16:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Arabishura ati: “Iyo bugorovye, muravuga muti: ‘Ejo ikirere kizoba ari ciza kuko ijuru ritukurije,’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Na we arabishura, at’ Iyo bugorovye, muravuga muti Buca haba umuco, kukw ijuru ryirasiye.

Gade chapit la Kopi




Matayo 16:2
2 Referans Kwoze  

kandi iyo bukeye, muravuga muti: ‘Uno musi ikirere ntikiza kuba ciza kuko ijuru ryiraburaniwe.’ Murazi kugenzura ikirere mukurikije uko ijuru risa, ariko ntimuzi kugenzura ibimenyetso vy’ibihe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite