Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 16:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Maze babona gutahura ko atariko ababwira kwirinda umwambiro w’imikate, ariko ko bakwiye kwirinda inyigisho z’Abafarisayo n’Abasadukayo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Buno batahura kw atababgiye kwirinda umwambiro w’umutsima butsima, ariko kw ar’ inyigisho z’Abafarisayo n’Abasadukayo.

Gade chapit la Kopi




Matayo 16:12
7 Referans Kwoze  

Ndababwire ukuri, ukugororoka kwanyu niyo kutaruta ukw’abigisha b’Ivyanditswe n’ukw’Abafarisayo, ntimuzoruha mwinjira mu Bwami bw’ijuru.


Mu bisanzwe, Abasadukayo bavuga ko ata kuzuka, ata bamarayika canke impwemu bibaho, ariko Abafarisayo bo bemera ko ivyo vyose bibaho.


Ariko abonye ko Abafarisayo n’Abasadukayo benshi baje aho ari ngo ababatize, arababaza ati: “Mwa bana b’inzoka mwe, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake bw’Imana bugiye kuza?


Ni kuki mudatahura ko ntariko ndababwira ivyerekeye imikate? Nababwiye nti: Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’Abasadukayo.”


Ntivyari bikwiye ko mwishira hejuru. Mbega ntimuzi ko icaha kimeze nk’umwambiro mukeya bashira mu gikandu maze kigatutumba cose?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite