Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 15:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 ‘Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, ariko imitima yabo iri kure yanje.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 at’ Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, Arikw imitima yabo iri kure yanje.

Gade chapit la Kopi




Matayo 15:8
11 Referans Kwoze  

Nta n’agace canke umugabane ufise muri iki gikorwa, kuko umutima wawe utagororotse imbere y’Imana.


Kuko: “Umuntu wese ashaka ubugingo no kubona imisi myiza, narinde ururimi rwiwe kuvuga ikibi, n’iminwa yiwe kuvuga ibinyoma.


Nuko rero bene Data, mwirinde kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe agira umutima mubi utizera ngo bitume ava ku Mana nzima.


Yesu abonye Natanayeli aje amutumbereye, amuvugako ati: “Ng’uwu Umwisirayeli w’ukuri atagira ubugunge.”


Mwa ndyarya mwe, Yesaya yavuze ukuri igihe yabavugishwako ati:


Arabishura ati: “Yesaya yavuze ukuri igihe yabavugishwako mwa ndyarya mwe! Yanditse avuga ati: ‘Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, ariko imitima yabo iri kure yanje.


kugira ngo bose bubahe Umwana nk’uko bubaha Se. Uwutubaha Umwana, ntiyubaha na Se yamutumye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite