Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 15:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Kuko Imana yavuze iti: ‘Wubahe so na nyoko,’ yongerako iti: ‘Umuntu wese azovuma se canke nyina aze yicwe.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kukw Imana yavuze, iti Wubahe so na nyoko; kand’ it’ Ūtutse se canke nyina ntaz’ abure kwicwa.

Gade chapit la Kopi




Matayo 15:4
18 Referans Kwoze  

wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”


Bana, mwumvire abavyeyi banyu kuko muri ab’Umwami, kandi akaba ari vyo bibereye.


None dushimikiye cane ku kwizera, tuba dushaka kwirengagiza ivyagezwe? Haba na mba! Ahubwo iyo twizeye tuba twemeje yuko ivyagezwe bivuga ukuri.


Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Yesu arabishura ati: “None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu?


Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu avuze kw’ivyo yari gufashisha se canke nyina ari inyegu y’Imana


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite