Matayo 15:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu arabishura ati: “None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Na we arababaza, ati None mweho, n’iki catumye murenga icagezwe c’Imana kubg’ imigenzo yanyu? Gade chapit la |