Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 15:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 “Ni kuki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo ya ba sogokuruza? Ntibakaraba imbere yo gufungura!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 bati N’iki gitumye abigishwa bawe barenga imigenzo twabgirijwe n’aba kera, ntibakarabe iyo bagira barye?

Gade chapit la Kopi




Matayo 15:2
10 Referans Kwoze  

Wa Mufarisayo aratangara cane abonye ko Yesu ariye adakaravye.


maze babona bamwe mu bigishwa biwe bafungura kandi amaboko yabo ahumanye, ni ukuvuga batakaravye nk’uko umugenzo wabitegeka.


Mwirinde ntihagire umuntu n’umwe abagira inyagano akoresheje amajambo y’uruhendo, yubakiye ku migenzo y’abantu hamwe n’ivya mbere vy’impwemu kandi vy’iyi si, ariko atari ivya Kristo.


Murazi ko mwacunguwe mukava mu buzima butagira ikimazi, ubwo mwarazwe na ba sogokuruza. Iyo ncungu si ibintu bishira nk’ifeza canke inzahabu,


Nuko ba Bafarisayo na ba bigisha b’ivyagezwe babaza Yesu bati: “Ni kuki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo ya ba sogokuruza, bagafungura n’iminwe ihumanye?”


Yesu arabishura ati: “None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu?


Ico gihe, nari imbere rwose mw’idini ry’Abayuda, kurusha abandi bo mu runganwe rwanje, kandi nari mfise umwete mwinshi cane wo kwitondera imigenzo ya ba sogokuruza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite