Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 15:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Hanyuma abigishwa biwe baza aho ari, baramubaza bati: “Mbega urazi ko Abafarisayo bababaye bumvise ivyo uhejeje kuvuga?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bun’ abigishwa baramwēgēra, baramubarira, bat’ Urazi yukw Abafarisayo bumvise iryo jambo bakavunika umutima?

Gade chapit la Kopi




Matayo 15:12
9 Referans Kwoze  

Ariko ubwenge buva mw’ijuru ubwa mbere na mbere buratunganye rwose; bukunda amahoro, ntibwishira imbere, buciye bugufi, bwuzuye imbabazi, bwama ivyamwa vyiza, ntibugira nkunzi, ntibugira uburyarya.


Ntitwigeze tubibemerera n’akanya isase, kugira ngo ukuri kw’Ubutumwa Bwiza kuzigamwe ku bwanyu.


Twirinda kugira uwo tubera igitsitaza kugira ngo igikorwa cacu ntikigawe.


Ariko, kugira ngo ntituboneke nabi imbere y’aba batoza iri kori, genda ku kiyaga utere igera urobe. Ifi ya mbere uza kuroba, uyasamike; maze urayisangamwo igiceri kinini c’ifeza coriha ikori ryawe n’iryanje, uheze ugitange.”


Harahiriwe uwudatsitazwa n’ivyanje!”


Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”


Yesu arabishura ati: “Igiterwa cose Data wo mw’ijuru atateye kizorandurwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite