Matayo 15:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ikija mu kanwa si co gihumanya umuntu; arikw ikiva mu kanwa ni co kimuhumanya. Gade chapit la |