Matayo 14:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Herode na we yama agomba kwica Yohana ariko agatinya abantu, kuko kuri bo Yohana yari uwuvugishwa n’Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Agomba kumwica, arikw atinya abantu, kuko bāmwiyumvira kw ar’ umuntu avugishwa n’Imana. Gade chapit la |