Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 14:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Yesu arabishura ati: “Ntibikenewe ko bagenda. Ba ari mwebwe mubagaburira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Yesu arababgira, ati Ntibarinda kugenda: mube ari mwebge mubagaburira.

Gade chapit la Kopi




Matayo 14:16
10 Referans Kwoze  

Kubera Yuda ari we yari ajejwe ikigega, bamwe bibajije ko Yesu amusavye kugura ibikenewe vy’umusi mukuru, canke kugira ico aha abakene.


Yohana arabishura ati: “Uwufise imyambaro ibiri y’impuzu, nahe umwambaro umwe uwudafise n’umwe, n’uwufise ivyokurya nagire gutyo nyene.”


Bugorovye, abigishwa biwe baza aho ari bamubwira bati: “Aha hantu turi ni mu gahinga kandi buriko burira. Rungika aba bantu bagende mu mihana bigurire ivyo barya.”


Baramwishura bati: “Aha dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite