Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 14:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Muri ico gihe, Herode Antipa yumva amakuru ya Yesu;

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mur’ ico gihe umwami Herode yumva inkuru za Yesu.

Gade chapit la Kopi




Matayo 14:1
15 Referans Kwoze  

Mu mwaka ugira cumi na gatanu Kayisari Tiberiyo ari ku ngoma i Roma, Pontiyo Pilato yari icariho ciwe i Yudaya, Herode Antipa yari umuganwa atwara intara ya Galilaya, uwo bavukana Filipo yatwara intara za Ituraya na Tirakoniti, Lusaniya na we yatwara intara ya Abilene,


Ni ivy’ukuri Herode na Pontiyo Pilato bifatanije n’Abanyamahanga hamwe n’ubwoko bwa Isirayeli bwo muri iki gisagara, kugira ngo bagwanye umusavyi wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta.


Bariko barajabuka arabagabisha ati: “Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’uwa Herode.”


Ndetse na Herode nta co yamwagirije kuko mwiboneye ko yamudusubije. Nta co yakoze cotuma yicwa.


Muri ico gihe, ni ho umwami Herode Agiripa yatangura gufata bamwe mu bo mw’isheshengero, atangura kubahama.


Ariko Yohana amaze kwagiriza ku mugaragaro Herode Antipa icaha co kurongora Herodiya, kandi yari asanzwe ari umugore w’uwo bavukana, akavuga n’ibindi bibi vyinshi yakoze,


Inkuru y’ico gitangaza ica ikwira hose muri iyo ntara.


Ariko bo, basohotse baca bakwiragiza inkuru ziwe muri iyo ntara yose.


Aho hantu Yesu ahakorera ibitangaza bike kuko abantu baho ata kwizera bari bafise.


Yowana muka Kuza umunyabigega wa Herode, Suzana hamwe n’abandi benshi. Abo bagore bashigikira Yesu n’abigishwa biwe bakoresheje uburyo bwabo.


Mw’ishengero ryo muri Antiyokiya hari abavugishwa n’Imana n’abigisha ari bo Baranaba, Simeyoni bita Mwirabure, Lukiyo Umunyakurene, Manayeni yari yakuranye na Herode Antipa, hamwe na Sawuli.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite