53 Yesu ahejeje kwigishiriza muri iyo migani, aca ava ngaho.
53 Yesu amaze guca iyo migani, avayo.
Yesu amaze kuvuga ivyo, abantu batangazwa n’inyigisho ziwe;
Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.
Na we arababwira ati: “Ni co gituma umwigisha wese w’ivyagezwe, iyo ahindutse umwigishwa mu Bwami bw’ijuru, agereranywa n’umuntu yinjira mu nzu yiwe, agakura mu bubiko bwiwe ivyiza bishasha hamwe n’ivya kera.”