Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, inyoni ziraza, zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi




Matayo 13:4
6 Referans Kwoze  

Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Izindi na zo zigwa ku rutare, ahantu hatari ivu ryinshi; zica zimera ningoga, kuko ivu ryari rike.


Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.


“Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura.


Yesu agira ashike i Yeriko, hari impumyi yari yicaye ku nzira isegerereza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite