Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 13:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ubwo nyene abantu benshi baca baza aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo; abantu na bo bahagarara ku musenyi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ishengero ryinshi rikoranira kuri we, bimutera gutambukira mu bgato, yicaramwo; ishengero ryose rihagarara i musozi.

Gade chapit la Kopi




Matayo 13:2
6 Referans Kwoze  

Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu.


Ikindi gihe Yesu asubira kwigishiriza ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya, maze abantu isinzi bakoranira aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo, abantu na bo bahagarara i musozi.


Maze abantu isinzi baza aho ari, bazanye abacumbagira, impumyi, ibimuga, ibiragi n’abandi barwayi benshi. Babashira imbere yiwe, na we arabakiza.


Maze amasinzi y’abantu baramukurikira, bavuye i Galilaya, i Dekapolisi, i Yerusalemu, i Yudaya, no hakurya ya Yorodani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite