Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 13:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Ni co gituma ndabigishiriza mu migani: Kugira ngo n’aho boraba ntibabone; n’aho bokwumviriza ntibumve canke ngo batahure.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Igituma mbabgirira mu migani, n’ukw iyo barāba batabona; kand’ iyo bumva batumva, badatahura.

Gade chapit la Kopi




Matayo 13:13
12 Referans Kwoze  

Ariko harahiriwe amaso yanyu kuko abona, n’amatwi yanyu kuko yumva.


nk’uko Ivyanditswe Vyera bivuga ngo: “Imana yabahinduye ibiyingiyingi; bafise amaso ariko ntibabona, bafise amatwi ariko ntibumva, gushika n’uno musi.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite