Matayo 13:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arabishura, ati Mwebge mwahawe kumenya amabanga y’ubgami bgo mw ijuru, ariko bo ntibābihawe. Gade chapit la |