Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 13:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Abigishwa biwe baramwegera baramubaza bati: “Ni kuki wigisha abantu ukoresheje imigani?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abigishwa baramwēgēra, baramubaza, bati Mbeg’ ikigutera kubigishiriza mu migani n’iki?

Gade chapit la Kopi




Matayo 13:10
6 Referans Kwoze  

Inyuma y’aho, Yesu ari kumwe na ba bigishwa cumi na babiri n’abandi bari bamukikije, bamubaza ivyerekeye iyo migani.


Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Uwufise amatwi yumva niyumve!”


Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe.


Abigishwa biwe baca bamubaza insiguro y’uwo mugani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite