Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 13:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Uwo musi nyene, Yesu arasohoka ava mu nzu, aja ku nkengera y’ikiyaga, yicaraho.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Kur’ uwo musi Yesu asohoka ava mu nzu, yicara ku nkombe y’ikiyaga.

Gade chapit la Kopi




Matayo 13:1
7 Referans Kwoze  

Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”


Ashitse mu nzu, za mpumyi ziramwegera; hanyuma arazibaza ati: “Murizeye ko nobahumura?” Ziti: “Egome Mwami, turavyizeye.”


Yesu yongera kuja ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya. Nuko abantu benshi baza aho ari na we atangura kubigisha.


Kuko uwukora ivyo Data wo mw’ijuru ashaka wese ni we mwene mama, kandi ni we mama.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite