Matayo 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa ubutumwa bwiza. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Impumyi zirahumūka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza. Gade chapit la |