Matayo 11:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Kuko ivyo ivyagezwe vya Mose n’ivy’abavugishwa n’Imana bose bavuze gushika mu gihe ca Yohana, vyari vyerekeye kino gihe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kukw abavugishwa n’Imana bose bāvugishijwe, bo n’ivyagezwe, gushitsa igihe ca Yohana, Gade chapit la |