Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 11:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe igutegurire inzira.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Uyo ni we yanditswe, ng’ Umve ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 11:10
10 Referans Kwoze  

Bwatanguye nk’uko vyari vyaranditswe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya ngo: “Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira”:


Nuko Yohana yishura akoresheje amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya ati: “Ndi ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimugororere Uhoraho inzira.’”


Uwo Yohana ni we yari yaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya, igihe yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’”


“Mbega woba uri umwe yategerezwa kuza, canke twitege uwundi?”


Ndababwire ukuri, mu bantu bose bavyawe n’abagore, nta wigeze kubaho ahambaye kungana Yohana Umubatizi. Ariko, umuntu muto kuruta abandi mu Bwami bw’ijuru arahambaye kumuruta.


Kandi nawe, mwana wanje, uzokwitwa uwuvugishwa n’Iyisumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Umwami Imana, ukamutegurira inzira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite