Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mukize abarwaye, muzure abapfuye, muhumanure abarwaye imibembe, mwirukane abadayimoni. Ivyo mubiherewe ubuntu, namwe mubitangire ubundi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Mukize abarwaye, muzure abapfuye, mukize abanyamibembe, musende abadayimoni. Mubiherewe ubusa, mubitangire ubundi.

Gade chapit la Kopi




Matayo 10:8
15 Referans Kwoze  

Ariko Petero aravuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yesu Kristo Umunyenazareti, va hasi utambuke!”


Gorora ukuboko kwawe maze ukize, ukore ibitangaza n’utwumiza mw’izina ry’umusavyi wawe yera Yesu.”


Mukize abarwaye, mwongere mubabwire muti ‘Ubwami bw’Imana burabegereye.’


Yesu ahamagara abigishwa biwe cumi na babiri abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye no gukiza ubumuga bwose n’ingwara zose.


bazofata inzoka mu biganza vyabo; kandi nibanywa ivyica, nta co bizobagira. Bazorambika ibiganza ku barwaye, kandi bazokira.”


Mugende muravuga ubu butumwa muti: ‘Ubwami bw’ijuru buri hafi.’


Ntimwitwaze inzahabu canke ifeza mu mifuko yanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite