Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 10:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Umuntu azotanga uwo bavukana ngo bamwice, n’umuvyeyi agirire umwana wiwe uko. Abana bazogarariza abavyeyi babo banabicishe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Umuntu azoshengerana uwo bavukana ngo bamwice, na se w’umwana azomushengerana, n’abana bazogābagābira abavyeyi babicishe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 10:21
12 Referans Kwoze  

Ico gihe benshi bazota ukwizera bahemukiranire kandi bankane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite