Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 10:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Igisagara cose canke imihana muzokwinjiramwo, muze murondere uwemera kubakira hanyuma muze mugume mu nzu iwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Igisagara cose cank’ imihana muzoshikamwo, muhabaze ūbereye, mumurārire gushitsa aho muzovirayo.

Gade chapit la Kopi




Matayo 10:11
14 Referans Kwoze  

Aho bazobakira, muzogume muri iyo nzu nyene gushika muvuye muri ico gisagara.


Inzu muzokwinjiramwo bakabakira, muze muyigumemwo kugeza muvuye aho hantu.


We n’abo mu nzu yiwe bamaze kubatizwa, aca aradutumira iwe avuga ati: “Nimba mubona ko ndi uwizera Umwami Yesu, nimuze mube iwanje.” Nuko aratugobera gushika twemeye.


Ababibonye bose batangura kwidodomba bati: “Agiye kurara mu nzu y’umunyavyaha!”


Ntimwiremereze amasakoshi y’impuzu canke ibirato vyo gukuranya; mbere ntimwitwaze n’inkoni yo kwishimikiza. Kandi, ntimwanke guhabwa indaro, kuko umukozi wese aberwa n’impembo.


Nimwinjira muri iyo nzu, muze muyiramutse muyihezagira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite